đUHORAHO URUMWIZIGIRWAđZABURI 28:6_7_8_9.
6. UHORAHO ahimbazwe,Kuko yumviye ijwi ry’ukwinginga kwanje.
7.UHORAHO ni we nkomezi zanje n’inkinzo yanje,Umutima wanje uhora umwizigira,ngatabarwa’ni co gitima umutima wanje unezererwa cane.Kandi nzomutazirisha indirimbo yanje.
8.UHORAHO n’inkomezi z’abantu biwe,uwo yarobanuje amavuta amubara ubuhungiro bw’agakiza.
9.Kiza abantu bawe,uhe ishamvu yawe umugisha kand’ubaragire wame ubaramira ibihe bidashira.đAMEN HIMBAZWA MWAMI YESUđ