Ihagarikwa rya Jérôme Nzobonankira n’iperereza.

Président du conseil communal de MUTIMBUZI, NZOKIRANTEVYE jérôme (Ex DG RTNB) yaraye afashwe na SNR kuva ejo mu gitondo c’igenekerezo rya 02/11/2017.Bamukuye muhira aho yaba mu CARAMA, ngo yoba yagirizwa kuba ariko ashinga imigwi y’abagwanyi( ntawuzi yuko ari ukuri) ayandi mukuru avugako yoba afungiwe muri Police Judiciaire. 

Ngo vyaragoranye kugira bamukure muhira kubera invo zitarenyekana.