Iyo gerenade yatewe n’abantu bataramenyekana, ikaba yakomerekeje nyene urugo yateweko, umugore wiwe, hamwe n’umwana wabo.
Umuntu umwe niwe amaze gufatwa, ku mvo z’amatohoza.
Une réflexion sur “Karusi : Abantu batatu bakomerekejwe na Gerenade”
Les commentaires sont fermés.
Ntibitomoye neza aho vyabereye? umusozi? ikomine?
J’aimeJ’aime