SETEMU yahawe umurongozi mushasha

Mu rwandiko umushikiranganji w’intwaro yo hagati mu gihugu yasohoye, rwo kw’igenekerezo rya 7 Munyunyo 2017, Pascal BARANDAGIYE amenyesha ko Ir Paul MPAWENAYO ariwe agenwe kuba umuyobozi mukuru wa SETEMU.