Mwame mwirinda kurobanura abantu kuvyubahiro.

🌈UKWIRINDA IVYO KUROBANURA ABNTU KU CUBAHIRO🌈YAKOBO 2:1_2_3_4_5_6_7.

1.Bene Data,kwizera Umwami wacu YESU KRISTO w’ubwiza ntikubemwo ukurobanura abantu ku cubahiro.

2.Mw isinagogi yanyu ni hinjiramw’umuntu yambaye impeta y’izahabu n’impuzu zishajije,hakinjira n’umworo yambaye impuzu mbi y’ubuhoma.

3.namwe mukirengagiza uwambaye impuzo zishajije,mukamubarira,muti Ni wicare hano heza;kandi mukamubarira nya mworo,muti weho hagarara hariya,cank’icara hambavu y’ibirenge vyanje.

4.none se ntimuba mwisobanuye,mukaba abacamanza biyumvira ibibi?

5.nimwumve,bene data nkunda.Mbeg’IMANA ntiyatoranije aboro b’ivy isi. Kuba abatunzi mu kwizera,no kurarwa ubwami yasezeranye abayikunda?

6.ariko mweho mwatetereje. Umworo.non’abatunzi si bo babatwaza amanyama,bakaba ari bo babakwega babajana mu maza?

7.si bo barogota kW izina ryiza mwitirirwa?👏AMEN HIMBAZWA MWAMI YESU🌈