đNTUCIBWE INTEGE NUKO UBONA INGABO ZAFARAWO ZIGUKURIKIYE GUMA KUMAVI UHORAHO ABISOBANUREđZABURI 102:15_17_18_19_20.
15.Bizotuma amahanga Yubaha izina ryawe,UHORAHO,N’abami Bose bo mw isi bakubaha icubahiro cawe.
17.Abashize umutima ku gusenga kw’abatagira shinge na rugero,Ntiyakengereye ugusenga kwabo.
18.Ivyo bizokwandikirwa ab’igihe kizoza;ubwoko buzoremwa buzoshima UHORAHO.
19.kukw azoba arungurutse hasi’ ari hejuru,ahera hawe; UHORAHO arungurutse isi ari mw ijuru:
20.Kugira ngo yumve ukuniha kw’imbohe.Abohore abagerewe gupfa.đAMEN HIMBAZWA MWAMI YESUđ