Afrikaans:Garageze yuko abirabura bamenya yuko ari abantu ku rugero rumwe n’abazungu , abarabu n’abanyaziya

Kera abarabu bafata abirabura bakabagurisha kubazngu ariho havuye ijambo esclave (abaja) bajanwa cane cane muri amerika kuja kurima ibikaju no guteza imbere ivyo bihugu.

Uyu munsi, intuma y’imyaka amajana abirabura bo muri afrika bagurishwa n’abanyafrika muri afrika nyene. Ni akamaramaza ku bihugu vyitwa yuko vyikukiye, bifise incabwege, bifise inzego zavyo.

Abantu bose bakwiriye guhagurukira rimwe bakagwanya ivyo biterasoni.