Yamenyeshe ko yumvise ibibazo vyashikirijwe n’abasirikare mu nama bagiranye, vyatumye bamuhagarika ku butegetsi.
Yongeye kandi amenyesha ko ivyo bakoze « vyatewe n’ibibazo vy’ingene igihugu gitwawe no mu mugambwe uri ku butegetsi wa Zanu-PF ».