đMUSHEMAGIZE UHORAHOđZABURI 111:9_10
9.Yarungikiye abantu biwe ugucungurwa,yageze isezerano ryiwe kuba iry’ibihe bidashira;Izina ryiwe n’iryera kandi n’ivyigitinyiro.
10.Kwubaha UHORAHO n’Itanguriro ry’ubwenge,abakora ivyo bafise UBWENGE bushitse,Ishimwe ryiwe ryamah’ibihe bidashira.đAMEN HIMBAZWA MWAMI YESUđ