
Mugabe yatanze imihoho
Robert Mugabe yatanze imihoho mu mabanga y’umukuru w’igihugu ca Zimbabwe
Abantu babarirwa mu bihumbi bisutse mu mabarabara ya Harare bari mu vyishimo bamaze kwumva ko Robert Mugabe, ahevye umwanya w’umukuru w’igihugu.
Robert Mugabe, yari umaze imyaka 37 k’ubutegetsi, yamenyesheje yuko atanze abinyujije mu rwandiko rwasomwe n’umuyobozi w’inteko nshinga mategeko ya Zimbabwe, ubwo abadepite bari bamaze gutangira ibikogwa.
ivy’iyi si ntibihaza kweli.imyaka nk’iyi umunt’ariko arategeka hanyuma akarindira kwirukanwa kweli.
Imana ifashe abantu batuye isi
J’aimeJ’aime