Abatumiwe mu biganiro vy’amahoro bivugwa yuko arivyo vyanyuma bizobera I arusha

Abarundi na cane cane abanyapolitike bashira ivyiyumviro vyabo n’inkomezi zabo mu bintu bidafise akamaro maze bagasuzugura aho bozeye urukiza. Urukiza rw’abarundi nti ruri I Arusha canke mu biganiro mugabo ruri mugushira IVyizigiro ku Mana no gukora ivyo idusaba ku gihugu cacu. Ehe abatumiwe muri ibi biganiro atakintu kizima kizovamwo nkuko twamye tubivuga kuva na kera:

1. Charles Nditije ( Acteur Politique)

2. Pie Ntavyohanyuma ( Acteur Politique)

3.Frederic Bamvuginyumvira ( Président FRODEBU)

4. Léonce Ngendakumana ( Vice-président FRODEBU)

5. Pierre Claver Nahimana ( SG FRODEBU)

6. Aloys Baricako ( Président RANAC)

7. Zénon Nimubona ( Président PARENA)

8. Gervais Niyongabo ( Président FEDES SANGIRA)

9. Anicet Niyonkuru( Acteur Politique)

10.Pancrace Cimpaye ( Acteur Politique)

11. Leonard Nyangoma ( Président CNDD)

12. François Nyamoya ( Acteur Politique)

13. Dismas Nditabiriye (Président RADDES)

14. Jean Bosco Ndayikengurukiye ( Président KAZE FDD)

15. Eric Nkenguburundi ( Porte-parole MRC)

16. Alexandre Niyungeko (Presse)

17. Marie Louise Baricako ( Société Civile)

18. Pierre Claver Mbonimpa ( Société Civile)

19. Gabriel Rufyiri ( Société Civile)

20. Carine Kaneza ( Société Civile)

21. Agathon Rwasa(acteur politique)

22. Aimé Magera (acteur politique)

23. Tatien Sibomana (acteur politique)

24. Ngayimpenda(acteur politique)

25. Chauvineau Mugwengezo (Acteur Politique)

26. Aline Ndenzako (Acteur politique )

——————————-

27. Domitien Ndayizeye (Ancien chef d’Etat)

28. Pierre Buyoya (ancien Chef d’Etat)

Abo batumiwe ntawuzi ico baravye cane cane mugabo ni abitwa yuko barongoye imigambwe canke amashirahamwe badafise ico bagirizwa gikomeye na Leta y’uburundi.