
« `Yakobo yagiye ahezagirwa kuko yahezagira abandi, uyu munsi numunsi wimihezagiro, ndagusabiye imigisha, umutima wawe, amagara(ubuzima) yawe , inzu yawe, mu vyo ukora vyose, mu vyo ufise nimigambi yawe yose mwizina ry’Umwami wacu Yesu kristo.rondera nawe abo usabira imigisha, nimba nanje ndimwo ubindungikire nanje ndawuhererwe muri wewe kandi iyo usabira abandi uba usenze kabiri« `