Ugusenga ni urupfunguzo rwugurura ijuri.
đ « nopfuma nigisha umuntu umwe gusenga hako nigisha abantu cumi kuvuga ubutumwa. »â *Charles Spurgeon*
đ « Umuntu yama ahimiriza ishengero rya Kristo gusenga niwe aba aterereye mu buryo bukomeye ivugabutumwa mw isi yose. »
â *Andrew Murray*
đ » Dukwiye gusenga amaso yacu ari ku Mana atari ku bibazo turiko turacamwo. »
â *Oswald Chambers*
đ » Ntakindi gikorwa mu buzima gihambaye gusumba gusenga,ibindi vyose bisaba amasengesho kugira bigende neza »
â *M.E Andross*
đ » Gusenga ntibavyigira mu mashure ariko gusenga bavyigira mu bwihisho. »
â *E.M.Bounds*
đ « Gusenga ntabwo ari ugusaba.Gusenga n ukwishira mu biganza vy’Imana wishikanye,gutyo bigushobokere kwumva ijwi ry’Imana i bwina mu mitima wawe. »
â *Mama Teresa*
đ « uko urushiriza gusenga niko guhagarika umutima bizimangana muri wewe.Uko urushiriza gutazira niko kwiganyira navyo birushiriza kuzimangana »
â *Rick Warren*
đ « Mfise vyinshi vyo gukora kuburyo binsaba kumara amasaha atatu ya mbere mu masengesho. »
â *Martin Luther*
đ « amasengesho ntadushikana mu gikorwa gihambaye ahubwo amasengesho nico gikorwa gihambaye. »
â *Oswald Chambers*
đ « Uwupfukama kenshi,niwe ahagarara neza. »
â *D.L.Moody*
â *Gusenga nirwo rufunguruzo*