Hariho akaga ko kudasoma Bibiliya.

AKAGA KO KUDASOMA BIBILIA :Ivyo mpwemu ashatse ko tuvyiga kumpamvu zuko ANTIKRISTO yamaze kuza ngo ntituzimizwe

Mat24;24

Iyo usomye ngo Imana ivuga ngo nawe akwishura ngo »kura ngaho ivyo weho ntaco wokwiyumvira? »

=>Iyo umaze guta ukuri kw’ijambo ry’Imana uba umaze kwiha Satani kurongorwa na Kamere y’umubiri

Marko12:24

Muri ico ntuba ugikurikira YEHOVA Imana Yacu ahubwo ukurikira ubwami bwuwihaye UBUMANA

Mat23:13

Utangura kujaragurika ukabura Ukuri kujana abantu mw’ijuru kuko imyigishirize yagwiriy.

Ut: 1 Umu islam yahuy nutasomye amwemezako kuririmba ari icaha.

Ariko YESU Kristo n’abiwe bararirimbira YEHOVA Imana Yacu

Mat26:30

2 Umupapa avuze ngo

ISABATO:Kimenyetso c’Uhoraho n’abiwe yarahavuye Uca wemera.

Ariko Usomye BIBILIA yooose ntaho uzobona ico canditswe.

3 Pasteur avuze ngo Haguruka dusenge ugaca uhaguruka

Ariko YESU Kristo we arategeka kand nawe akabikora

Ko Abantu bose mumakoraniro n’imuhira bapfukama mugusenga 

Ivyak20:36,21:5

Luka22:41

N’ibindi vyinshi Niwasoma uzibonera ukiha Kristo nkuko abigusavye.

YEHOVA Imana Yacu aduhe gutahura kugirango tutazosengera ubusa knd twitanga

Mark7:7

YESU Kristo abahezagire. Amen