đUKW ABAKRISTO BAKWIYE GUKURA MUVY’IMANAđABAHEBURAYO 6:4_5_7_9_10_11_12.
4.Kukw abamaze kwakirwa n’umuco,bagatamira ingabire iva mw ijuru,bagasangira mpwemu Yera.
5.bagatamira ijambo ryiza RY’IMANA’,n’ububasha. Bwo mugihe kizoza.
7.Indimiro zinyoye imvura yaziguyeko kenshi,iyo zimezemw’ibirimwa bikwiye abazirimiwe’ zironka umugisha w’IMANA.
9.Ariko,abo nkunda,naho tuvuze durtyo,turazi ivyanyu tudakekeranya yuko birusha ivyo kuba vyiza,kandi bizanana n’agakiza.
10.IMANA ntigabitanta ngo yibagire ibikorwa vyanyu n’urukundo rwerekanye ko mukunze izina ryayo,kuko mwatunga abera,na none mukibatunze.
11.Kandi turagomba cane yuk’umuntu wese wo muri mwebwe yerekana uwo mwete nyene w’ivyizigiro vyuzuye gushitsa kw iherezo :
12.kugira ngo ntimube ibinebwe,ariko mwigane abaheshwa N’ukwizera n’ukwihangana kurarwa ivyasezeranywe.
ZABURI 86:12.mwami,MANA yanje,nzogushimisha umutima wanje wose,nzohimbaza izina ryawe ibihe bidashira.
đAMEN HIMBAZWA MWAMI YESUđ