đđURUGO RUKRISTOđđNI IJURU RITO
UMUGORE W’UMUTIMA,NITUNGA RIHAMBAYE MUMURYANGO.
1.I IMIGANI 11:16.Umugore w’umunyabuntu yamana icubahiro,kandi abagabo b’abahambazi bamana itunga.
Aha tur’abana neza yuko umudame adakwiye.kwigira sindabibazwa ahubwo ,ategerezwa. Gukerebuka akaroranya ivyo murugo,
IMIGANI 12:4.umugore atunganye abera ‘umugabo wiwe igitsibo mu mutwe,arik’uwagatetereza amubera nk’ikimungu mu ma gufa,
Hari IBINTU bitatu twokwirinda mumubana wabubatse.
1,icumba muryamamwo,cosonerwa,ntawundi muntu BAKWIYE kuza aracivayangamwo’ kuko harahambaye,
2,wokwama ushira kumuzirikanyi,ikintu uwo mwubakanye akunda,bishobotse, ukakimutegurira,
3,wukwirinda kumwibutsa IBINTU vyamutuntuje,canke yakoze nabi,nokwama uvyidodomba.mukumwereka ko abandi bamuruta.
IMIGANI 1:5.Kugira ng’umunyabwenge yumve,yunguke ubwenge,kandi ng’umuntu w’umuhanga ashike ku kwemera inama nziza.
Ă,Mwibuke ingene UMUGORE wa potifani yarondeye ko yoryamana na YOSEFU amwankiye agaca amurementaniriza ,agafungwa azize ubusa,kandi nubu MUNGO kudendereza abari MUNGO ntaho vyaroye.
B,mwibuke abakobwa ba ROTI ingene baboreje se wabo bakaryamana. Atabizi utu JEDE nkutwo nubu MUNGO nitwinshi.IMANA idutabare
đUHORAHO URUMWIZIGIRWA SUKA MPWEMU WAWE MUMIRYANGO YACUđ