Ibitangazamakuru vyo muri Kenya biravuga ko Bwana Ndii yari afise uruhare muri gahunda yo gushiraho leta ibangikanye na leta yemewe.
Umwe mu bayobozi b’abatavuga rumwe na leta muri Kenya, David Ndii, yatawe muri yompi.
Uwumwunganira mu mategeko yavuze ko yiteze ko aza kwagirizwa icaha co guhamagarira abanyagihugu kugarariza leta.
Ibitangazamakuru vyo muri Kenya biravuga ko Bwana Ndii yari afise uruhare muri gahunda yo gushiraho leta ibangikanye na leta yemewe.