Twahamagariwe kuba abera nkuko Data ari Uwera

🌈TWAHAMAGARIWE KUBA ABERA🌈1 PETERO 1:13_14_15_16_17.

13.Nuko rero mukenyere mu mitima yanyu,mwirinde,ibiboreza,mwizigire rwose Ubuntu muzozanirwa mu kuzohishurwa kwa YESU KRISTO.

14.mumere nk’abana bagamburuka,ntimwishushanye n’ukwipfuza kwanyu kwakera kwo mu gihe c’ukutamenya kwanyu.

15.Ariko nk’ukw iyabahamagaye ar’iyera,namwe Abe Ariko muba abera mu ngeso zanyu zose.

16.Kuko vyanditswe,ngo mube abera,kuko nanje nd’uwera.

17.kandi kW iyo mwambaza mu yita so ar yo icira umuntu wese urubanza rukwiranye n’ivyo yakoze itarobanuye ku cubahiro.🙏AMEN HIMBAZWA MWAMI YESU🙏