🌈HARANIRA KUBA MURU HANDE RW’IMANA MURIYI NTAMBARA IRI HAGATI Y’IKIBI NICIZA AHA KW ISI🌈
1 tubandanye twihweza ivya fashije intwari zakera mugutsinda urugamba, À,bagiranira ubumwe budasanzwe N’IMANA.
B,bitwaza ijambo RY’IMANA’
C,barumvira IMANA.muri vyose.
D,barakunda ivugabutumwa.
E,baratsinda kamere.kolosayi 3:9.ntimubeshane,kukomwiyambuye Umuntu wa kera n’ibikorwa vyiwe.
F,akira mpwemu Yera.kolosayi 3:12….nuko rero,nk’uko bibereye abatoranijwe N’IMANA bera bakundwa na yo,mwambare umutima w’ikigongwe,n’ineza,n’ukwicisha bugufi,n’ugutekereza,n’ukwihangana.
G,kolosayi 3:8.Ariko noneho mwiyambuye n’bi vyose: uburake,kujingitwa, urwanko rwubusa,gucokorana ,kandi ntihakagire amajambo ateye isoni ava mukanwa kanyu.
AMEN HIMBAZWA MWAMI YESU