🌈UMUCO W’UBUGINGO🌈
YOHANA 8:12.YESU yongera kubabwira,ati jewe nd’umuco w’isi,unkurikira nta ho azogenda mu mwiza,ari kW azogira UMUCO W’UBUGINGO. Amahoro.
LUKA 3:14.N’ABASODA baramubaza,bati Tweho tugire dute? Arabishura,ati Ntihakagire umuntu mutangisha impongano canke mwagiriza ibinyoma,kand’ingero zanyu zibabumbe.
LUKA 21:34.Ariko mwirinde,kugira ngw Imitima yanyu ntiremerwe no kudandahirwa no kuborerwa n’umwitwaririko w’ivy’ubu bugingo ,ng’uwo musi ntubazeko guturumbuka,nk’umutego.
ABAROMA 8:6.kwitwararika ivy’umubiri kuzana urupfu,ariko kwitwaririka ivy’impwemu kuzana ubugingo n’amahoro.🙏AMEN HIMBAZWA MWAMI YESU🙏