Mwubahe kandi mwishimire abavugabutumwa kuko ari umubavu umota neza ku Mana

🌈ABAVUGA UBUTUMWA BABA AR’UBUMOTE BWIZA MW ISI🌈

2AB’I KORINTO 2:12_13_14_15_16_17.

14.Arikw IMANA ishimwe,yama itujana nk’abafashwe mpiri muri KRISTO,idutera. Kwerekana ubumote bwo kumumenyekanisha ahantu hose.

15.Kuko tur’ubumote bwiza bwa KRISTO ku MANA,hagati y’abariko barakira n’abariko barahona.

16.Kur’abo tur’agacuku k’urupfu kazana urupfu,kuri ba bandi tur’ubumote bw’ubugingo buzana ubugingo.kand’ivyo ni nde abishobora?

17.kuko tutari nka bamwe benshi,bacururisha ijambo RY’IMANA’,ariko tuvuga nk’abatagira ubugunge,bavuga ibiva ku MANA,ni ko tuvuga muri KRISTO,imbere y’IMANA.

2 AB ‘I KORINTO 4:6.IMANA ,imwe yavuze ng’umuco wake,uvuye mumwiza,ni yoyakiye mu mitima yacu’kwerekana UMUCO,ni wokumenya ubwiza BW’IMANA buri mu nyonga ha YESU KRISTO.

🙏AMEN HIMBAZWA MWAMI YESU🙏