

Hari BUS ya OTRACO yari ivuye i Kayero ija i Bujumbura yagiriye isanganya mu Buhonga hakaba hakomeretse abantu benshi n’abandi bapfuye bava muri Komine ya Mpinga-Kayove/Rutana.
Vyababaje abantu benshi cane, bakaba bifatanije umubabaro n’abari mu bitaro hamwe n’imiryango yabuze. Bamwe bavugacyuko hapfuye abantu benshi, mumodoka yose hasigaye 5 gusa. Abapfuye protection civille yaciye ibajana kuri MSF.
Ntawuramenya icatumye haba iryo sangaya. Ni inkuru tukibatohoreza.