Kuri iyi minsi irangiza umwaka, mushimire Imana kuba mukiri babazima.

🌈ABAKIRI N’UMWUKA WABAZIMA MUZE DUHIMBAZE IMANA,WIBUKE INCUTI N’ABAGENZI BAMAZE KUVA MUMUBIRI🌈

ZABURI 91:2_3_4_6_8_9_10.

2.Ndabwira UHORAHO,nt’ur’ubuhungiro bwanje n’igihome kinkingira,

3.kukw ari yo izogukiza umutego w’umutezi,n’ikiza gihonya.

4.izokubundikira mu moya yayo,kand’uzohungira musi y’ivyubi vyayo,Ukuri kwayo n’inkinzo n’icuma co kwikingiriza.

6.canke n’ikiza kigendagendera mu mwiza,canke nagatikizo kayogeza mu mashoka.

8.uzobirabisha amaso yawe gusa,ubone ingero y’abanyakibi.

9.wagize UHORAHO ubuhungiro bwawe,isumba vyose wayigize uburuhukiro;

10.Nta kibi kizogira ico kikugira,kandi nta cago kizokwegera ihema ryawe.🙏AMEN HIMBAZWA MWAMI YESU🙏