đNTITWANJANJWE KUGAKIZAđ
ABAHEBURAYO 2:1_2_3_4.
1.Ni co gituma dukwiye kurushiriza kwitwaririka ivyo twumvise,kugira ngo ntidutwarwe akayombekere tukabivako.
2.kw ijambo ryavugiwe mu kanwa k’abamarayika ryagumyeho,kand’ibicumuro vyose no kutaryumvira bikagererwa ingero bikwiranye,
3,tweho tuzokwikiza dute,ni twanjanjwa ku gakiza kangana gurtyo?kabanje kuvurwa numwami wacu,kagakomezwa kuri twebwe n’abakumvise,
4.IMANA ifatanije na bo kugashingira intahe,iyishingisha ibimenyetso n’ibitangaza n’ibikomeye vyuburyo bwinshi ningabire za mpwemu. Yera zagabanganijw nk’uko yagomvyeđAMEN HIMBAZWA MWAMI YESUđ