Mugire isabato yanyuma nziza irangiza umwaka.

Iyi sabato yanyuma irangiza umwaka muyifatemwo imigambi myiza, muyishimiremwo Imana ku vyiza vyinshi yakoze mbere munayisabemwo imigisha yo mu mwaka 2018 aho Imana yavuze yuko izotangura kudukorera ibitangaza.