Anselme, Nyawita, Yaragwira
I myaka i tatu i rahaciye u Burundi n’ a barundi ndetse na karere kose na hatandukanye handi havugishijwe u kubaho kw’ i ntambara ya nyuma kandi y’ i huta, ariko na n’uyu musi ntabwo iraba yaba iy’ u Burundi ngo n’ i ya karere i beho: U ravye abantu batandukanye u kwizera bagenderako kuratandukanye kandi ku kaba ku bitandukanye: Hari ababayeho bizera u kwizera kwabo kubageza aho biteze yuko isi i hera hakaza isi nsha, Hari ababayeho bizera u kwizera kwabo ku bageza aho biteze kubona i bintu bihinduka ku ruhande rw’ i vy’ i ntwaro, Hari ababayeho batizera na kimwe bo i gikuru baronka i kibiriza n’ i kibaraza bikaba arivyo bikenewe kuri bo. Ku muntu wese ari muruhande rw’ ukw’ ipfuza yuko i bintu bihinduka kugira ngo i ntwaro ibe i yorohereza bose mu kurondera no kuronka i corirenza nico ryiriza mu bigize u buzima u muntu akunze gushaka kuronka canke gushikako ni yemera ibi bikurikira nawe azobaho yorohewe kandi n’ i vyo mu buryo bw’ Impwemu bitabonwa n’ amaso yacu azomenya uko a bishikako.
Hano kw’ isi hama habanza u mubabaro hagasozwa umunezero, u mwana wese avutse asohoka hanze arira, ntawe ndabona ngo numve ya vutse aseka { atwenga} ahari nda murondera uyo mwana azoba atari u sanzwe, nicokimenyetso gikuru cemeza yuko aza gutangura gutwenga-twenga ariko ya banje kurira, kandi avutse atarize na bamuvyaye yo batera u bwoba na makenga kuko vy’ amaze kumenyerwa kwariko biri: nko mu Burundi i ndwano arizo{ ntambara} za giye ziraba bamwe bari abana abandi ntizabaciyeko ku mpamvu zu buryo izo ntambara zaba kuko zaba zifatiye kuvy’ a babaye mu Burundi bapfa ivy’ a moko bifatiye k’ u kungene umuntu aremwe asa, ari muremure w’ i zuru rirerire akitwa umututsi ngo niwe yaba afise u bwenge mwiza a kwiye kuganza no gutwara, u wundi ari hagati na hagati w’ i zuru rigufi akitwa umuhutu ngo niwe wo gutwarwa n’ u mututsi, n’ u yundi ari hasi w’ i zuru rifyase canke rigufi akitwa u mutwa we yasa nuko atari n’ u muntu: Na n’ uyu musi yaba ki mubiri yaba muvy’ Impwemu izo ngorane ntabwo ziravaho kandi u buzima bubi na bwiza bwamyeho na nubu buhari buza bw’ i sunze ayo moko, ariko ubu biramaze kuboneka yuko bidakwiye kuko bose u buzima ari bubi na bamwe-bamwe kumpamvu ntazi ziyo bakura u butunzi n’ u buzima bwiza barimwo babayeho neza kurusha ibice vyinshi kw’ i jana bigize i gihugu, u rabasenga ku wagatanu, u rabasenga kuwagatandatu, u rabasenga kumusi windwi, eka na badasenga. Bose mu buryo butandukanye aho basengera baharanira kuja mwijuru ati; kw’ isi si i wabo kandi nta mahoro kw’ isi, ariko ayo mahoro yo mw’ ijuru u tayarondereye hano kw’ isi bisigura yuko u terekanye iryo juru uharanira kujamwo ukiri hano kw’ isi, uteretse abataryemera iryo juru uharanira mu bikorwa bitandukanye na wewe ntacuba wimariye; ni cokimwe nuko abirabure benshi mu bihugu vy’ a bazungu bashavuzwa nuko kenshi herekanwa i bice vyinshi mu bihugu vyabo bisa nabi, u bukene, inzara iyo iteye, bo baba bipfuza yuko herekanwa n’ i bice bigize i bihugu vyabo bisa neza i bisagara vy’ u bakitse neza : Burya iyo uri u munyabwenge umwe mu bijuju i gihumbi na wewe n’ i vyiza kw’ i twa ikijuju mugihe u bwenge ufise ataco bumariye abo bandi i bivugwako abo i gihumbi bibi na wewe uharurwamwo kuko ntaco u bwenge bwawe bwafashije gukuraho nya bujuju mu bijuju i gihumbi;: Uko abo bose bigira abasenzi, bigira abiteze ijuru, bigira abagororotsi mu gihugu nk’ u Burundi u hereye ku bagitwaye na batwarwa ki kimeze uko kiri muzokwama mubeshana mwebwe na mwebwe kuvy’ i juru ariko inyishu izokwama iri mu bi bazungurutse no muvyo mubona bidakwiye kubaho ariko muvy’ i rengagiza bikama arivyo bigaruka ku babera intambamyi y’ i vy’ u mubiri na Mpwemu muhahamiye { mushaka} Akarorero: i citwa i caha cose u muntu i yagikoze ngo kiba giturutse kwa Satani na bagenzi biwe bakorana { abamalayika bapfuvye= Abadayimoni} bisigura yuko Satani ariwe soko ry’ i vyaha vyose, mbega none ko atabiteza abantu adasavye u burenganzira Imana, bisigura yuko avugana nayo kandi ayibona u mbwira ute wewe wizeye Imana kandi u rwana no kudakora icaha kugira ngo u bane u bucuti n’Imana u vugane nayo munzira yo gusenga n’ I jambo ryayo, i bikorwa yakoze; ariko ukaba utavugana nayo u taranayibona nkuko u wuzuye i vyaha vyose Satani avugana nayo akanayibona? uribaza yuko bizokworohera kumucaruka aho ya genewe kuba no kuganza i vyaho vyose? nawe Satani na bagenzi biwe boba ari i bijuju kuba bo nanirwa nu wu tamira muri Mpwemu nkuko bo arab’ i mpwemu u butabazi bwa Mpwemu buza ya geseye ageze ahatemba kandi anamaze no gusa nusubira inyuma mugihe we{ Satani} Imana avugana nayo akanayibona aranayizi nubwo ntazi kway’ izi mu bu Mana bwayo bwose, ariko arayizi kimaso-maso na bugingo ntagerageza abantu bidatewe nishavu akura kuvy’ ababonye vyo mwijuru no kuvugana n’ Imana.
Nubwo abavugishwa batovugishijwe i vy’ i ntambara y’ u Burundi, u kurikije akahise na kubu u Burundi na barundi bafise, kazoza keza ka nya Burundi na barundi kazobaho habanje intambara i kuraho u mwanda wose ati; Gute : I bihugu bihurumbirwa na benshi vya bulayi, amerika na handi intambara zavyo u tagiye mu mazu yi ndangamico canke i vyibutso { Museums} ntabwo vyoroshe kwemera ko higeze habaho intambara zu bugesera ko bicana bigacika kandi biranezereye kuba u bibwirwa nk’ i vyabaye mu gihe ca kera gose wisunze uko bitunganijwe ivyo bihugu ku ruhande rw’ a majambere kandi atari kera gose bavuye mu ntambara zu mwanya muremure zu rutavanako , i gihugu ku kindi, u bwami ku bundi, ariko u mwaka { 1914- 1918 , 1940-1945} nizo ntambara zaje gukuraho indwano zu buryo butandukanye zaba murivyo bihugu nk’ iziri mu bihugu vyo muri Alikebula ya kera ariyo ubu izwi nka Afrika: kuko abantu baho bagipfa i bitandukanye izo ntambara ntizoroshe kurangira kuko umwe arahora ivyo ya korewe u wuhowe nawe avyukana u guhora ivyo ya korewe, vyamuko nubwo mwoba mu buzima bwa Mpwemu bumeze bute nkuko na barundi ba vyerekana ko bizeye bitangaje Imana ariko ingorane zihari zitezwa nabo nyene birirwa gusenga canke bamye berekana ko bizeye bitangaje rero umuti windyane canke intambara nk’ izo sukuguma mwigira abatabaye kwisi yi ngorane canke kw’ i gira nka bakongomani kenshi bazwi ko bakunda gushariza ku mubiri ariko aho babaye hasa nabi, nicogituma inyishu yuko intambara yanyuma kandi ya karere ariyo izokuraho ingorane zugarije benshi zirimwo nizo ziguma zitera benshi kwama turi impunzi za moko nubwo i tovugishijwe ari ngombwa kuko n’ aba nyabulayi bu bahana bagiye hamwe inyuma yo guhuzwa n’ i ntambara zibiri vyasabwa ko barwanya umwansi umwe bari hamwe bavavanuye ni vya tandukanya i gihugu n’ ikingi , ni mwakomeza kw’ i yerekana nka bagororotsi ngo nta ntambara izobaho ati Imana ntiyica kurino si irimwo u wuzi Imana nu wuyaga nayo kurusha mwebwe uko mukijijwe kwose ariko atariko muyaga nayo ngo muvugane nayo kurusha uyo nkomoko yi vyaha vyose; nti mutangazwe ni gwirirana ry’ i vyaha vyose, bitezwa na mwebwe uko mubayeho bikerekana ijuru u buryo mwaritahuye, wewe uzoba utarabona i barabara rya kaborimbo uko risa ariko abantu u haye u bigisha i vy’ i barabara rikozwe mu zahabu muzogenderako mushitse mw’ ijuru, mbega ushitse mu bihugu biteye imbere u karibona rya barabara rya kaborimbo ntuzo ryita i ry’ i zahabu kuko utigeze ubona na kimwe ariko wizera gurtyo nyene i barabara mw’ i juru ry’ i zahabu uzogenderako; rero { copie} yivyo mw’ i juru bimwebimwe dusabwa ku bibonera hano kwisi i bihugu twavukiyemwo n’ indimi twa biherewemwo bikadufasha kubaho mu mahoro ya ki mubiri turondera aya Mpwemu mu kwerekana ivyo vyiza vy’ i juru uko bizoba bisa bigereranywa nivyo u bwanyu muzoba mubayemwo hano kw’isi: A baririmvyi benshi b’iz’Imana iyo basohoye { videos} kenshi berekana ahantu heza baririmbira ahantu heza bashaka gusigura u buzima bw’ ijuru uko buzoba bumeze: Barantwenza mu gihe aribo badashaka kubaka i bihugu vyabo no gusaba Imana ihe amahoro i bihugu vyabo mu nzira zarizo zose ifise kugira ngo ijuru ryama ritosekazwa na Satani a benshi bame bafise i vyibutso ni vyemezo uko u buzima bw’ ijuru busa, ntibitangaje u wuronse inzira acamwo agashika ahateye imbere ahuta mu gihe gito kw’ i bagira na ya Mana ya himbaza akiriwabo no guhinduka nk’ u wutigeze aba ahantu hakenye kandi ariko hakiri ndetse usanga arumwe mu bantu cumi-na mu miryango yiwe bagiye ahari u buzima burusha u bw’ i wabo kuko biratahurika none yo hibutswa n’ u bukene bwaho nisuku rike ryaho niry’ a baho kandi ari ahandi heza hamushajije kimubiri ? Mwo twenza u wapfuye.
Amahoro. Shalom