Abantu baraheza bakibaza ibitari bike kuwamugenye no kuwagenywe. Aha dufashe akarorero kamwe muri twinshi. Abarundi barazi yuko ari abagize iyo mirwi nka bose, ari nababashizeho ari imikino yo guheza ibwirizwa gusa. Uburundi ntibuzokwama bwubakira kumusenyi imyaka yose.