Kubera Ijambo ryashikirijwe kumihora ngurukanabumenyi ryitirirwa Général Major Niyombare Godefroid Uyo nawe akaba yari yagomvye guhirika ubutegetsi ntibimushobokere, abarundi baguma bibaza vyinshi.
Imihari n’Amajambo ni menshi mugabo ibikogwa bikaba bike. Inyuma y’itangaza ry’inyambara rya Ndabitoreye Audifax, Isidore Nibizi, Jean Marie Nduwayezu, Hussen Radjabu , ubu naho hazweko itangazwa ry’intambara ry' »urunani » rurongowe na Ambassadeur Général Major Godefroid Niyombare. Mugabo abamuzi ijwi bagahakana bati ishwi siwe.
Abatari bake bati abarundi tubaye abande none? Mugihugu abatagetsi badukorera inkinamico, ababugwanya bobo bayiciye imirya.
Turindire turabe kuko ico tuzi coco ijuru ntirizobireka uku rizotabara.
Wait and see
J’aimeJ’aime