Urukundo rwa Kristo nirwo rudukoresha ivyiza vyose turiko turakora.

🌈URUKUNDO RWA KRISTO NI RWO RUDUKORESHA🌈

2AB’I KORINTO 5:13_14_15.2 0_21.

13/Namba dusaze,dusaze ivy’IMANA;Namba dufise ubwenge,ni mwebwe dukorera.

14/.Kuk’urukundo rwa KRISTO rutugobera,kand’ico tuzi tudakekeranya n’uk’umwe yapfiriye Bose,nuko rero Bose barapfuye.

15/kand’icatumye apfira Bose kwar’ukugira ngw abariho babeho batacinezereza,ariko babeho banezereza uwabapfiriye,akabazukira.

20/Ni co gituma tur’intumwa mu gishingo ca KRISTO,IMANA isa n’ibingingira muri twebwe.turabinginga mu mugishingo ca KRISTO,mwuzure N’IMANA.

21/umwe atigeze kumenya icaha,IMANA yamuhinduye icaha kubwacu,kugira ngo muri we duhinduke ukugororoka kw’IMANA.đŸŒč

AMEN HIMBAZWA MWAMI YESUđŸŒč