Uko Yesu Kristo yabaye umuntu ngo aducungure

🌈UKO KRISTO YABAYE UMUNTU NGW ANCUNGURE ISI🌈

ABAHEBURAYO 2:14_15_16_17_18.

14.Nuko rero,kukw Abana buhuje inyama n’amaraso,na we ubwiwe yahuje ivyo nabo,kugira ngw abone ukw apfa ,kand’urupfu rwiwe aruhindurishe ubusa Ufise ubushobozi bw’urupfu,ni we wamurwanizi,

15.Kandi ngw arokore abajakariye ubwobo bw’urupfu Bose.

16.kuko tuzi neza kW abamarayika ataribo yatoye,ariko yatoye uruvyaro rwa ABURAHAMU.

17.Nico catumye vyaramubereye gushushanywa na be ne se,kuri vyose,ngw Abe umuherezi kand’agororoka,abe impongano y’ivyaha vy’abantu.

18.kuk’ubwiwe ko yababajwe no kugeragezwa,ashobora no gutabara abageragezwa.👏AMEN HIMBAZWA MWAMI YESU👏