UMUTUMIRO W’AMASENGESHO
Y’IHANGA RY’IMANA RY’ABISEZERANO YO KUWA 13/2018
Nkuko Uhoraho Imana yadutegetse, ku misi ya gatatu na gatandatu(Mercredi &Samedi) twama dufise amasengesho yo gusengera uburundi n’abarundi.
I. URUFATIRO:
“Abarundi ntibazokwa mu marira n’amaganya, inzara n’ubukene, akarenganyo n’urwanko. Bigiye guhera.”
Bera amaso isezerano ryawe wahawe n’Imana kuko uwariguhaye araje kurigwanira.
Daniel11:29-32( tugashimikira kumurongo wa 32)
II.IGIKIGWA C’IMANA:
IMANA IGIYE KWIHORA ABAGWANYA ISEZERANO WAHAWE; (Yesaya 34:8 ;1samuel 15:2 ; ezechiel 30:20)
III.IVYO MPWEMU AHISHURA
1.Abantu benshi bari mugahinda bihebuye kuguteba kwamasezerano(Abacamanza 6:11-13)
2. Abantu bafise ubwoba (1 abami 19:1-5)
IV.KUGITI CAWE
● Rema (1 abami 19:6-8; 2Ngoma 20:15)
V.IMITWARO
Gusengera abarongoye ihanga;abasenzi;ibicaniro; abaririmvyi ;abashonje(kubashikako);abapfunzwe(kubaraba);abagwaye (kubasuhuza);……
Tubaye turabashimira kukigoro ko kwitabira aya masengesho nokuyatumirira abandi.Nidusangwe IMANA -UBURUNDI N’ISEZERANO.
Bigiriwe I Bujumbura le 11/01/2018