Icagezwe c’urukundo ni urupfunguzo rw’ijuru

🌈ICAGEZWE C’URUKUNDO🌈

URUKUNDO YESU KRISTO YADUHAYE N’URUFUNGUZO RW IJURU

YOHANA 15:9_1011_12_15.

9/Nk’uko Data yabakunze,ni ko nanje nabakuze,ni mugume murukundo rwanje,

10/Ni mwitondera ivyagezwe vyanje,muzogume mu rukundo rwanje’nk’uko nanje nitondeye ivyagezwe vya Data, nkaguma mu rukundo rwiwe.

11/Ivyo mbiba bwiye,kugira ng’umunezero wanje ube muri mwebwe,kandi ,n’umunezero wanyu wuzuzwe.

12/ Ngiki icagezwe canje ni mukundane,nk’uko nabakunze.

15/Sinkibita abashumba ,kuk’umushumba atamenya ico shebuja akora ,Ariko mweho nabise abakunzi,kukw’ivyo numvanye Data vyose nabibamenyesheje.

👏AMEN HIMBAZWA MWAMI YESU👏