Muhamagariye guhaguruka ngo duharanire Amahoro kuri bose

🌈HAGURUKA DUHARANIRE AMAHORO🌈

1/

ZABURI 26:4. Sinicarana n’abanyabinyoma,kandi sinzogendera indyarya.

2/uko biri kwose ntamvo nimwe yotuma ushigikira gucanamwo,

ITANGURIRO 27:17.

3/mwirinde gushigikira abariko bashotorana,

ITANGURIRO 27:41_42_43_44_45.

4/Inyigisho za YESU KRISTO ,zaje ziyamiriza ubukozi bwikibi,

5/Biraboneka ko dukwiye kugaruka ku MANA,

ITANGURIRO37:26,YUDA abarira abo bavukana,ati vyotumarira iki kwica mwene Data,no kumuzimanganya?

6/tumenye ico IMANA ivuga kubukozi bwikibi,

ZABURI 37:10_kuko hasigaye igihe gito,umunyakibi ntabeho,mbere,uzomwitegereza ahiwe ,umubure.

8/kuva isi iremwa umuntu yasabwa Kubana nabandi murukundo,

ZABURI 40:8.Mpimbawe no gukora ivyo ugomba,MANA yanje,Mber’ivyagezwe vyawe biri mu mutima wanje.

9/shigikira abakunda Amahoro, ZABURI120:7_Jeho ngomba Amahoro arik’iyo ngize ico mvuga,bo abagomba intambara.

10/guma muruhande RW’IMANA,

ZABURI 147:14,Igihugu cawe ugiha impore,aguhaza ingano zisetse neza.🙏AMEN HIMBAZWA MWAMI YESU🙏