Muzirikane ivyo kugaruka kwa Kristo Yesu.

🌈IVY’UKUGARUKA KWA KRISTO🌈

2PETERO3:2_3_6_9.

2/Kugira ngo Mwibuke amajambo yavuzwe kera n’abavugishwa N’IMANA bera,mwibuke n’icagezwe c’umwami ni we mukiza,cavuzwe n’abatumwa ba batumweko.

3/Irya mbere mukwiye kumenya n’uko mu misi y’iherezo hazoba abacokoranyi bacokorana,bakurikira ukwipfuza kwabo,

6/Ivyo vyatumye isi ya kera amazi ayirengera,iratikira.

9/Umwami IMANA ntitebeje isezerano ryayo,uko bamwe biyumvira kW iritevya,Ariko yihanganira mwebwe,ntigomba ko hagira abahona,a rikw igomba ko Bose bihana.🙏AMEN HIMBAZWA MWAMI YESU🙏