Video: Ibibera muri RDCongo ni amahano. Abantu bicwa bunyamaswa.

Abantu bari hagati y’ibihumbi bibiri ba bitatu baramaze kwicugwa muri congo hafi y’ikiyaga Tanganyika, aho bita I bubembe mugace ka bubwari. Ivyo biziga mubona nivyo abanyagihugu bo muri ako karere bicwa bivuye ku ntambara ziri hagati y’abasirikare ba Leta n’aba mayimayi.