


Muri Sud Kivu aho muri repubulika iharanira demokarasi, abanyagihugu babuze ayo bacira nayo bamira. Indege hejuru mu kirere n’ibikoho vya muzinga hasi kubutaka vyose bicira umuriro ku banyagihugu no kubagwanya leta.
Abitwa ngo barabihunze nabo beshi batemagugwa n’imipanga iyo badahitanywe n’amasasu.