Ubuntu bwa Yesu Kristo nibwo twirata gusa.

UBUNTU BWA YESU KRISTO

2 AB’I KORINTO 9:15,

IMANA ishimwe ingabire yayo nziza itovurwa.

1 PETERO 5:5,

…kukw IMANA irwanya abibona ,arikw abicisha bugufi ikabaha Ubuntu.

2 AB’I KORINTO 8:9,kuko muzi Ubuntu bw’umwami wacu YESU KRISTO,yuko naho yar’umutunzi,yahindutse umworo kubwanyu,kugira ng’ubworo bwiwe bubatungishe.

IVYAKOZWE N’INTUMWA 4:33. Kand’intumwa zashingira intahe ukuzuka kW umwami YESU ziri n’ubushobozi bwinshi,kand’ubuntu BW’IMANA bwinshi buba kuri bo Bose,

ABAROMA 9:16.Ni co gituma bitava ku kugomba kW umuntu,canke ku gushimika kwiwe,ariko biva ku MANA igira ikigongwe.🙏AMEN HIMBAZWA MWAMI YESU🙏