Ihanga ry’Imana ABISEZERANO ryipfurije abadventistes b’umunsi w’indwi n’abandi bose bubahiriza isabato akaruhuko keza.

Abarundi n’abanyamahanga bamwe basenga vendredi, abandi bagasenga Samedi abandi bagasenga Dimanche bamwe bose bivanye n’uko bakuze abandi bivanye n’uko bahishuriwe. Muri bibiliya haravugwa kwuziririza umunsi w’isabato ni naco gituma Ihanga ry’Imana ABISEZERANO ryipfurije abadventistes b’umunsi w’indwi n’abandi bose bubahiriza isabato akaruhuko keza.