*UBUZIMA NI IJAMBO*
*Zaburi 91:1* _ »Uba mu bwigobeko bw’Isumba vyose, azokwama ari mu gitutu c’Ishobora vyose. »_
Ubuzima si tombora, Ubuzima ubayeho uyumusi n’ukuri kw’ikibanza ubamwo.
Uba ahantu bavuga indwara gusa nawe n’umwanya muto uzoba warwaye kuko ivyo bavuga biraza bikubaka igitutu hejuru yawe ku buryo udasubira Kubona ibindi bintu.
Hamwe wokwiha ijambo ry’Imana naryo ryo gutera igitutu kimwe n’uwukubonye abona ijambo gusa.
Umwanya umarana n’Imana niho ubwiza bwawe bugeza gukayanganira.
HITAMWO AHO KUMARA UMWANYA. 🔥🔥
Warahezagiwe.