Uhoraho ari kumwe natwe tugume mumasezerano ico agira yikorere.

🌈UHORAHO ARIKUMWE NATWE,TUGUME MUMASEZERANO NKA DAWIDI,IVYO BISURIRANYA ISAHA IGEZE BIZOHORAđŸŒˆÂźïž

2SAMWELI 22:2_3_4_7.

2/Aravuga,at’UHORAHO n’igitandara canje,n’ubuhungiro bwanje, n’umurokozi wanje,

3/N’IMANA igitandara canje;ni we nzohungirako.ni we nkinzo yanje,n’ihembe ry’agakiza kanje,n’umunara wanje wo guhungiramwo,n’ubwugamo bwanje,ni wewe mukiza wanje,unkiza umuryano rw’abantu.

4/Ndambaza UHORAHO abereye gushimwa,ni ho nzokizwa ABANSI banje.

7/Mumubabaro wanje nambaje UHORAHO,Mbere natakambiye IMANA yanje;yumva ijwi ryanje iri mu ngoro yayo,ivyo natakambiye biyishika mu matwi.

GUCURA INTIMBA 3:40_ENDA NI DUSESANGURE INGESO ZACU,TUZISUZUME,TUGARUKE K’UHORAHO.🙏AMEN HIMBAZWA MWAMI YESU🙏