Uyu munsi kw’isi na cane cane muri amerika hiriwe haravugwa ishingugwa rya Billy Graham.

Nkuko abantu benshi mwamwunvise, uyu munsi hiriwe haravugwa kw’isi yose na cane cane muri amerika ishingugwa ry’umuvugabutumwa rurangiranwa Billy Graham. Ni murabe amafoto.