Inama y’umutekano w’igihugu mu ntara ya Cibitoke

Abajejwe intwaro ku rwego rw’igihugu bakoraniye kuri uwu wa gatanu muri zone Ndora, komine Bukinanyana, mu ntara ya Cibitoke mu nama y’umutekano iremeshejwe n’umukuru w’igihugu c’Uburundi Petero NKURUNZIZA.

Muri iyo nama yatumiwemwo n’abajejwe umutekano w’igihugu n’ukwivuna abansi ku rwego rw’igihugu, abajejwe ubutungane, barabira hamwe kandi n’ingene ubutunzi bw’igihugu c’Uburundi bwifashe.

Ibiva muri iyo nama turabigarukako mu makuru yacu yo hanyuma.

Amafoto