Duhindukirire Uhoraho: rabe akarorero.

🌈DUHINDUKIRIRE UHORAHO NKUYU MUSORE,UMUGANI W’ABAHUNGU BABIRI🌈

MATAYO 21:28_29_30_31_32.

28/Mugira ngw iki?Habaye umuntu yar’afise abahungu babiri:aragenda abarira UMUKURU,ati Genda,mwana wanje,uyu musi uje gukora mu ruzabibu.

29/Aramwishura,at’Eka singenda.Maze hanyuma aririmbura,aragenda.

Aja ku wa kabiri,amubwira kuno.Aramwishura,ati Ndagiye umuvyeyi; Ntiyajayo.

32/ None mur’abo bompi n’uwuhe yakoze ivyo se agomba?Baramwishura,bati N’uwa mbere YESU arababwira,ati Ndababwira ukuri yukw abatozakori n’abasambanyikazi babatanga kwinjira mu bwami BW’IMANA.

32Kuko YOHANA yaje. Muri mwebwe agendera munzira yo kugororoka,kandi ntimwamwemera,Arikw abatozakori n’abasambanyikazi baramwemeye.namwe mubibonye,no hanyuma ntimwirimbura ngo mumwemere.🙏AMEN HIMBAZWA MWAMI YESU🙏