🌈ABA MENYE YESU KRISTO TWIBERA MUVYIZIGIRO NAMASHIMWE🌈®️
1 SAMWELI 2:2_3_4_5.
2/Nta wera nk’UHORAHO,kukw ata yindi MANA,atari we:Kandi nta gitandara kimeze nk’IMANA yacu.
3/Ntimukongere kuvuga ivy’ubwibone murtyo,I vy’amanyama ntibigaturuke mu kanwa kanyu,kuk’UHORAHO ar’IMANA izi vyose,ni yo Igera ibikorwa vy’abantu nko ku munzane.
4/Imiheto yabahizi iravunitse,Abari badendebukiwe bakenyeye inkomezi.
5/Abahoran’agahimbo basigaye baca ingero,Arikw abahora bashonje ntibagicumukura.Mber’uwahora ar’ingumba avyaye indwi,uwavyaye benshi arahondobereye.🙏AMEN HIMBAZWA MWAMI YESU🙏