🌈NTUSHIRE UMUTIMA KUBITEYE UBWOBA NKA HERODE,KUKO UMUMALAYIKA W’UHORAHO ARAGUTABARA NKA PETERO,GUMYA,KWIZERA IJURU RIRAKUBONA🌈
IVYAKOZWE N’INTUMWA 12:1_2_3_4_5_6_7_8_9_10_11_12_13_14_15_16_17_18_19
.
1/Umwami herodo agirira N’abi intumwa.
2/Yicisha inkota Yakobo mwene nyina wa YOHANA.
3/Ashaka kunezereza abayuda,afata PETERO.
4/Amaze kumufata ,amushira mwibohero,amuha abasoda cumi nabatandatu kumurinda ari bane_ bane,kugira azomushikirize abantu Pasika ishize,
5/PETERO afunzwe,ishengero rikomeza kumusengera.
6/Kumusi bwaca herodo amushikiriza.
7/muriryo joro Umumarayika aza gukura PETERO mwibohero.
8/UMUMALAYIKA abwira PETERO,z Ana ivyawe unkurikire.
9/PETERO yarakiri nko munzozi.
10/Baciye kubateramyi,ninzugi zivyuma biriyugurura,bararengana.
11/Marayika amaze kugenda PETERO akenge karaza.
12/aja kwa mariya ,nyina wa YOHANA aho bariko mamusengera.
13/umukobwa rodi vyanka ko yugurura kubera ivyishimo.
14/yiruka kubabwira baratangara.
15/bâti urasaze’canke numumarayika wiwe,
16/PETERO ashishikara gukomanga,buguruye barumirwa.
17/abiganira uko UMWAMI IMANA yamukuye mwibohero,
18/ijoro rikeye,havyuka imivurugano itari Mike mubasoda,kuko bazazaniwe uko PETERO yabaye.
19/herodo amurondeye amubuze,acunaguza abateramyi,avuga ko babajana kubica.🙏AMEN HIMBAZWA MWAMI YESU🙏