🙏YESU AHAMAGARA ABANANIWE N’ABAREMEREWE🌈
MATAYO 11:25_26_27_28_29_30.
25/Mur ‘ico gihe YESU aravuga,ATI Ndaguhimbaza, Date, MWAMI W’IJURU N’ISI,Kukw ivyo wabihishije abanyabwenge n’abahanga,ukabihishurira inzoya.
26/Ego me Data,kuko washimye KO biba birtyo imbere yawe.
27/Vyose nabihawe n’a Data,kandi ntawuzi Umwana,atari Data,n’a Data,ntawuzi,atari Umwana n’uwo mwana.,agomba kumuhishurira.
28/Ni muze kuri jewe mwese abananiwe N’ABAREMEREWE,ndabaruhura.
29/Mwikoreze ingata yanje,munyigire
Ko,kuko nd’umurwaneza,niyoroheje Mu mutima,namwe muzoronka uburuhukiro bw’imitima yanyu.
30/Kukw ingata yanje itababaza,n’umutwaro wanje uhwahutse.
MATAYO 12:30_UTAMPEREREYEKO NUMWANSI. WANJE,KAND’UDASUKIRANYA NANJE ARASANZAZA.🙏 AMEN HIMBAZWA MWAMI YESU🙏