Bujumbura rural: Igitegwa gisa n’igisunzu carahatswe kwiha inkumbi

Ni mu Ntara ya Bujumbura benshi batazira bujumbura Rural , muri komine kanyosha, zone Muyira , umutumba kavumu , umusozi wa Rweza , agacimbiri kibuye , aho imiryango ibiri yaraye ihitanwe n’ikintu gisa n’igisunzu. kigaragara nk » IKIRE cank IGISUNZU  » bakaba bagisoromye Mu kabondo baraheza barakigabangana umuryango umwe kuwundi bibazako ari Igisuzu. Abana bose bari mubitaro aho ari indembe muri Clinic yitiriwe Umuganwa Rudoviko.