🌈INZIGO YABAKWA NKA NIBO IZOHITANA,AKARORERO ,(hamani ashinga igiti co kumanikako morodokayi)🌈
ESITERI 5:9
1/ umukrosto yotsinda kamere yurwanko yama. Ishaka kutwomako.
2/umukrosto yotsinda kamere yurwanko yama itwereka ivangura ,bishingiye kuma dini,kuntara,kumoko,amashure nibindi nkivyo………..,
3/raba namwe hamani
ESITERI 6:10_ategetswe gutembereza umwansi wiwe intimba yarushije kwiyongera,
4/reba namwe mwijuru havyutse uruhagarara kubera umugororotsi umwe agire arengane
5/bisome muri ESITERI 6:1_
6/igiti hamani yashinze ngo akimanikeko morodokayi uwagishinze ni we yakimanitsweko,
7/ntugire ngo IMANA ntibona ibibazo ufise,kuko ntitabara ukiri iruhande itabara urimwo neza,
8/Daniyeli yatabawe ageze muntambwe hagati.
9/Yona yatabawe ari mubwato mukiyaga hagati Aja munda yifi,
10/Yobu 5:27_Raba,ivyo ni vyo twagenzuye,dusanga ariko biri
NAWE n’uvyumve,wikuriremw’ivyokugirira ikimazi.👏 AMEN HIMBAZWA MWAMI YESU👏