Tanzania-Nduta: Impunzi zahungiye mu bihugu bihana imbibe n’uburundi ntizorohewe.

Impunzi z’abarundi zahungiye mubihugu bibanyi n’uburundi nka congo , Rwanda na Tanzania ntizorohewe. Abari mugihugu ca Tanzania bobo baraturubikwa, bagapfungwa n’abandi bagakomeretswa kuburyo batinyira umutekano wabo. Akarorero mwikambi induta, muri zone 1, ahaba abasoda na polisi ba protection, ejo hari 11h43min ziri joro niho uwo batazira LOVE yahoze mugisoda ca Leta y’uburundi yafatwa numu police umwe wa Tanzania mabacungera umutekano w’ikambi uwo amucumita imbugita muruhanga no kwitama.

Amakuru adushikira avuga yuko bayigwaniye arayimwaka, aca ariruka bamurasa amasasu abiri mugabo Imana irakinga.