Inyuma y’amatora yo kwemeza canke guhakana ibwirizwa nshingiro yabaye kur’uno wa kane igenekerezo rya 17 Rusama 2018, ibiharuro mfatakibanza vy’ivyavuye mu matora vyamaze kumenyekana.
Muri izo ntara icumi na zibiri, ibiharuro vyerekana ko Ego yatowe ku bice birenga 60 kw’ijana, uretse intara ya Bururi n’igisagara ca Bujumbura, Ego yatowe ku bice biri hejuru gato ya 50 kw’ijana.
Muri rusangi, muri izo ntara icumi na zibiri, ibiharuro bimeze uku :
Muramvya Ego : 78,5% , Oya : 13,78%
Kirundo Ego : 83,1% , Oya : 11,2 %
Mwaro Ego : 61,66% , Oya : a eu 27,78%
Rumonge Ego : 68,95% , Oya : 22,5%
Bubanza : Ego : 81,6% , Oya : 12,5%
Bujumbura Mairie : Ego : 53,9 % , Oya : 44,4%
Bujumbura province : Ego : 75,7% , Oya:17,6%
Bururi : Ego:52, 96% , Oya : 33,39%
Ruyigi : Ego :72% , Oya : 17,7%
Karusi : Ego : 83,7%, Oya : 9,45%
Ngozi : Ego:83,3%, Oya : 11,3%
Makamba : Ego : 66,6%, Oya:25,7%
Ivyavuye mu ntara 6 zisigaye, tubandanya tubibaronderera.